Guy Lusadisu ni umunyekongo wahoze akina umupira w'amaguru wa bigize umwuga . Aheruka gukina nk'umukinnyi wo hagati muri AS Vita Club .
Muri Gashyantare 2019, yagizwe umutoza mukuru wa AS Maniema Union [1] .
Muri 2017 yatangiye umwuga we nk'umutoza wa AS PJSK ikipe ya bigenewe ya AS Vita Club Kandi yafashijwe na Francis Makenda wa musimbuye nyuma yo kuva muri iyi kipe muri 2019 akajya muri AS Maniema Union