Ubuzima muri Kenya

Kubijyanye na Wikipedia

Bavuga ko imwe mu miryango muri Kenya, irya rimwe gusa ku musi, cangwa ntirye na rimwe kubera ibiciro by'ibiribwa byazamutse kurwego ruhambaye.[1]

Map ya Kenya

Ubuzima Buhenze muri Kenya.[hindura | hindura inkomoko]

Ukwiyongera kw'ubuzima buhenze bishitse mu gihe Kenya yajyaga kujya mu matora rusange ku tariki 9 z'ukwezi kw'umunani mu mwaka 2022. Icyo kibazo kiza mu biri imbere mu kwiyamamaza kw'abakandida babiri baza imbere bashaka gusimbura Uwarumuyobizi wicyogihugu.[1]bavugako basaba gufungurira amasoko hanyuma bagatanga akazi.Hatekerezwa kugabanya ibiciro by'ibintu bya kenerwa cyane nkibyo bazamuriye ibiciro byabyo, kugira ngo mu gihe ushoboye kubona amafaranga make, ushobore kubona ico ufungura.

ibyo kurya birahenze muri kenya

Ingaruka Bitera[hindura | hindura inkomoko]

Umuhanga wo mw'ishirahamwe International Crisis Group,Meron Elias, agaragaza ko ubuzima buhenze bushobora gutera umutekano muke.n'aho ibizava mu matora kikaba ari ikintu ciza kuri demokrasi ya Kenya turatinya ko hashobora kuba agahinda gafatiye ku biciro by'ibifungurwa bihanitse hanyuma izamuka ry'ibiciro muri rusange rishobora gutuma abanye politike biborohera gushora abanyagihugu bashavuye mu mumihanda.[1]Hari kandi n'ubwoba ko urubyiruko rutagira akazi rushobora guhabwa akazi n'abantu b'inkozi z'ibibi.

Bwake mu bana bo muri Kenya

Amashakiro[hindura | hindura inkomoko]

  1. 1.0 1.1 1.2 https://www.bbc.com/gahuza/articles/c160k3ln50jo