Salimata Fofana
Inyandikorugero:DataboxSalimata Fofana ni umukinnyi wa jido ukomoka muri
Kote Divuwari . [1] Yatsindiye umwe mu midari ya bronze mu marushanwa y'abagore bapima ibiro 52 mu mikino nyafurika ya 2015 yabereye i Brazzaville, muri Repubulika ya Kongo.[1]
Yatsindiye umwe mu midari ya bronze mu marushanwa y'abagore bapiama ibiro 52 mu marushanwa ya Afurika ya Jido yo mu 2016 yabereye muri Tuniziya, ndetse na Shampiyona yo muri Afurika ya Judo 2019 yabereye i Cape Town, muri Afurika y'Epfo.[1]
Muri 2020, yatsindiye kandi umudari wa bronze mu bagore bapima ibiro 52 mu marushanwa ya Afurika ya Judo ya 2020 yabereye Antananarivo, Madagasikari. [2] [3] Mu marushanwa yo muri Afurika 2021 yabereye i Dakar, muri Senegali, yegukanye umudari wa feza muri iri rushanwa. [4]
Reba
[hindura | hindura inkomoko]- ↑ 1.0 1.1 1.2 "Salimata Fofana" . International Judo Federation. Retrieved 18 August 2021.
- ↑ Pavitt, Michael (17 December 2020). "Whitebooi retains title as African Judo Championships begins in Madagascar" . InsideTheGames.biz . Retrieved 5 July 2021.
- ↑ "2020 African Judo Championships" . African Judo Union . Archived from the original on 26 December 2020. Retrieved 26 December 2020.
- ↑ Rowbottom, Mike (21 May 2021). "Giantkiller Samy falls in final at 2021 African Judo Championships in Dakar" . InsideTheGames.biz . Retrieved 21 May 2021.