Pamphile Mihayo Kazembe

Kubijyanye na Wikipedia

Inyandikorugero:Infobox Footballeur

Pamphile Mihayo Kazembe
Image illustrative de l’article Pamphile Mihayo Kazembe

Mihayo
ibimugize
Ubwenegihugu Congolais
Amavuko Voir et modifier les données sur Wikidata (46 )

Lubumbashi
Uburebure 1,78
Umwanya nyugariro
mu ikipe nkuru
mu igihembwe ikipe ibindi
- Tout Puissant Mazembe
- Daring Club Motema Pembe
depuis Tout Puissant Mazembe
ikipe nkuru
umwaka gu hitamwo ibindi
Congo 16 (1)

Catégorie:Article utilisant une Infobox Catégorie:Image locale correspondant à celle de Wikidata Pamphile Mihayo Kazembe ( yavutse Ku ya 17 Nzeri 1976 i Lubumbashi) Ni umukinnyi ukina umupira w'amaguru akaba ari mpuzamahanga ukomoka muri congo (DRC) Akina nku mukinnyi wo hagati cyangwa myugariro wo hagati. Kugeza ubu ni umutoza wa TP Mazembe n'umutoza wungirije w'ikipe y'igihugu ya Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo. Ni se w'abana 4.

Ubuzima[hindura | hindura inkomoko]

Mihayo akinira TP Mazembe, yitabiriye igikombe cy'isi cy'amakipe yo muri 2009 ndetse n'igikombe cy'isi cyo muri 2010 aho yari kapiteni. Yakinnye umukino wa nyuma yatsinzwe na Inter Milan (gutsindwa 3-0).

Amasomo yo gutoza[hindura | hindura inkomoko]

  • kuva muri Mata 2017: TP Mazembe

Ibihembo[hindura | hindura inkomoko]

  • Uwatsinze CAF Champions League muri 2009 na 2010 hamwe na TP Mazembe
  • Uwatsinze Supercup ya CAF muri 2010 hamwe na TP Mazembe
  • umudali wa DR Congo muri 2000, 2001, 2006, 2007 na 2009 hamwe na TP Mazembe
  • Uwatsindiye igikombe cya DR Congo muri 2000 hamwe na TP Mazembe
  • Uwatsinze shampiyona ya Linafoot

Nkumutoza

  • Uwatsindiye Igikombe cya Confederation hamwe na TP Mazembe muri 2017
  • Uwatsindiye igikombe cya shampiyona ya congo (Linafoot) 2017

Inyandiko[hindura | hindura inkomoko]

amahuza yo hanze[hindura | hindura inkomoko]