Nill De Pauw
Appearance
Nill De Pauw | ||
uku biri | ||
---|---|---|
ikipe | Royal Antwerp FC | |
inomero | 11 | |
ubuzima | ||
Ubwenegihugu | ububirigi | |
ikipe y'igihugu | Belge (2005-?) kongo (RDC) (kuva 2020) | |
Amavuko | Kinshasa (Zayire) | |
uburebure | 1,80 | |
Umwanya | 2008- | |
Poste | uwohagati | |
ukuguru | iburyo | |
ingimbi | ||
umwaka | ikipe | |
1997-2000 | FC Oppuurs | |
2000-2008 | KSC Lokeren | |
mu nkuru1 | ||
umwaka | ikipe | ib |
2008-2015 | KSC Lokeren | 218 (35) |
2015-2017 | EA Guingamp | 50 (6) |
2017-2019 | SV Zulte Waregem | 82 (14) |
2019-2020 | Çaykur Rizespor | 8 (0) |
2020 | Atromitos FC | 9 (0) |
2020- | Royal Antwerp FC | 10 (1) |
mu ikupe nkuru2 | ||
umwaka | ikipe | ib |
2005-2006 | ububirigi-16 | 15 (5) |
2006-2007 | ububirigi-17 | 19 (9) |
2007-2008 | ububirigi-18 | 9 (0) |
2007-2009 | ububirigi-19 | 15 (8) |
2009-2012 | ububirigi ikwizere | 10 (1) |
2020- | RD Congo | 1 (0) |
Nill De Pauw, (wavutse Ku ya 6 Mutarama 1990) i Kinshasa muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo, ni umukinnyi ukina umupira w'amaguru ari mpuzamahanga muri congo ukina ku ruhande muri Royal Antwerp FC .
Ubuzima
[hindura | hindura inkomoko]kuya 17, kamena 2015, yari mu ikipe ya guingamp [1].
Yagarutse mu Bubiligi yizeye ko iki gihe kizagira ubuzima busanzwe, i Zulte Waregem .
ikipe y'urubyiruko mu bubirigi
[hindura | hindura inkomoko]Nill De Pauw wavukiye muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo, abyarwa na se w'Umubiligi na nyina wa Kongo, yakinnye n'amakipe y'urubyiruko mu Bubiligi.
De Pauw, yatoranijwe mu ikipe nkuru yigihugu cya kongo, utoranyijwe na Christian N'Sengi[2][3].
Imibare irambuye
[hindura | hindura inkomoko]
Ibingwi
[hindura | hindura inkomoko]- Uwatsindiye Igikombe cy'Ububiligi 2012 na 2014 hamwe na KSC Lokeren
- Umukinnyi wanyuma wububiligi Super Cup 2012 hamwe na KSC Lokeren
Reba
[hindura | hindura inkomoko]- ↑ "De Pauw signe à Guingamp et prend le numéro de Beauvue". lequipe.fr. 17 juin 2015. Retrieved 17 juin 2015.
{{cite web}}
: Check date values in:|access-date=
and|date=
(help); External link in
(help)|website=
- ↑ Jean-Claude Bisimwamirindi (24/09/2020). "Léopards : Convoqué par Nsengi-Biembe, Nill de Pauw affiche des craintes !". leopardsactu.com. Archived from the original on 2023-04-15. Retrieved 2023-04-15.
{{cite web}}
: Check date values in:|date=
(help). - ↑ "Amical : Le Burkina Faso corrige la RDC (3-0)". sport365.fr. 10/10/2020.
{{cite web}}
: Check date values in:|date=
(help).
amahuza yo hanze
[hindura | hindura inkomoko]- Ressources relatives au sport :
- FBref
- FootballDatabase
- RBFA
- (es) As
- (en) Fédération de Turquie de football
- (en) National Football Teams
- (mul + id) Soccerway
- (mul) Transfermarkt