Kızılcahamam

From Wikipedia
Jump to navigation Jump to search
Ikarita y’intara y’Ankara n’akarere ka Kızılcahamam
Ifoto y’akarere ka Kızılcahamam

Akarere ka Kızılcahamam (izina mu giturukiya : Kızılcahamam ilçesi ) ni akarere kari mu ntara y’Ankara y’igihugu cya Turukiya. Akarere ka Kızılcahamam ni kamwe mu turere 16 tugize Intara y’Ankara. Akarere gatuwe n’abaturage bagera kuri 25.900 (abagabo 12.680 n’abagore 13.220)[1] , batuye kubuso bwa km² 1.712

Akarere gahana imbibe[edit | edit source]

Gahana imbibi na:

Mu majyaruguru : Intara ya Bolu n’Intara ya Çankırı
Mu burasirazuba : Intara ya Çankırı n’Akarere ka Çubuk
Mu majyepfo : Akarere ka Kazan , Akarere k’Ayaş n’Akarere ka Güdül
Mu burengerazuba : Akarere ka Güdül, Akarere ka Çamlıdere n’Intara ya Bolu

Ubuyobozi bwa Kızılcahamam[edit | edit source]

Umuyobozi w’akarere : Bilal Çelik
Umuyobozi w’umujyi : Coşkun Ünal

Imibare y’abaturage[edit | edit source]

Imyaka Umujyi Imidugudu Igiteranyo
2007 20.655 8.633 29.288
2000 16.195 17.428 33.623
1990 12.856 21.152 34.008

references[edit | edit source]

  1. TÜİK

Imiyoboro[edit | edit source]