Irabaruta Olivier
Inyandikorugero:DataboxIrabaruta Olivier (yavutse ku ya 25 Kanama 1990) ni umukinnyi wu mu Burundi wiruka na maguru muri marato . Mu mikino Olempike ya 2012, yitabiriye irushanwa rya metero 5000 mu bagabo, arangiza ari ku mwanya wa 29 muri rusange mu cyiciro cya 1, gusa ntiyajya ku mukino wanyuma.
Mu mikino Olempike ya 2016, yarushanwe mu kwiruka metero 5000 na 10,000 m, Yarangije ku mwanya wa 27 muri rusange mu cyiciro cya mbere cya metero 5000 gusa ntiyujuje ibihe bisabwa mu gukomeza mu cyiciro gukurikiraho. [1] Yarangije ku mwanya wa 27 mu kwiruka metero 10,000. [2] Irabaruta niwe watwaraga ibendera mu Burundi mugihe habaga parade itangiza irushanwa. [3]
Yaserukiye igihugu cye mu marushanwa y'isi ya IAAF mu 2009 nk'umukinnyi muto , naho muri 2015, 2017, na 2019 aseruka nk'umukinnyi mukuru.
Muri 2019, yitabiriye marato y'abagabo mu marushanwa mpuzamahanga y’imikino ngororamubiri ya 2019 yabereye i Doha, muri Qatar. [4] Ntabwo yarangije isiganwa rye. [4]
Yahagarariye u Burundi mu mikino y'Olempike ya 2020 muri marato y'abagabo. [5]
Reba
[hindura | hindura inkomoko]- ↑ "Rio 2016" . Rio 2016 . Archived from the original on 2016-08-21. Retrieved 2016-08-25.
- ↑ "Rio 2016". Rio 2016 . Archived from the original on 2016-08-26. Retrieved 2016-08-25.
- ↑ "The Flagbearers for the Rio 2016 Opening Ceremony" . 2016-08-16. Retrieved 2016-08-25.
- ↑ 4.0 4.1 "Marathon Men − Final − Results" (PDF). IAAF . 5 October 2019. Archived from the original (PDF) on 27 June 2020. Retrieved 6 October 2019.
- ↑ "Athletics IRABARUTA Olivier - Tokyo 2020 Olympics" . Olympics.com/tokyo-2020/ . Tokyo Organising Committee of the Olympic and Paralympic Games . Archived from the original on 2021-08-02. Retrieved 2021-08-02.