Ikimokisha
Appearance
(Bisubijwe kuva kuri Kimokisha)
Ikimokisha (izina mu kimokisha: мокшень кяль cyangwa mokshanj kälj ) ni ururimi rw’abamokisha na rwa Morodoviya. Itegekongenga ISO 639-3 mdf.
Alfabeti y’ikimokisha
[hindura | hindura inkomoko]Ikimokisha kigizwe n’inyuguti 33 : а б в г д е ё ж з и й к л м н о п р с т у ф х ц ч ш щ ъ ы ь э ю я
А | Б | В | Г | Д | Е | Ё | Ж | З | И | Й | К | Л | М | Н | О | П | Р | С | Т | У | Ф | Х | Ц | Ч | Ш | Щ | Ъ | Ы | Ь | Э | Ю | Я |
а | б | в | г | д | е | ё | ж | з | и | й | к | л | м | н | о | п | р | с | т | у | ф | х | ц | ч | ш | щ | ъ | ы | ь | э | ю | я |
umugereka – ubuke
[hindura | hindura inkomoko]- ляй – ляйхть uruzi – inzuzi
- кал – калхт ifi – amafi
- кяль – кяльхне ururimi – indimi
- пине – пинет imbwe – imbwe
- нармонь – нармоттне inyoni – inyoni
Amagambo n'interuro mu kimokisha
[hindura | hindura inkomoko]- Кода тонь лемце? – Witwa nde?
- Монь лемозе ... – Nitwa ...
- Пара азан – Murakoze
- Пара – Meza
- Ина / Эле – Yego
- Аш – Oya
- аля – umugabo
- ава – umugore
- лем – izina
- куд – inzu
- лофца – amata
- акша – umweru
Imibare
[hindura | hindura inkomoko]- фкя – rimwe
- кафта – kabiri
- колма – gatatu
- ниле – kane
- вете – gatanu
- кота – gatandatu
- сисем – karindwi
- кафкса – umunani
- вейхкса – icyenda
- кемонь – icumi