Kanseri yo mu bihaha: Difference between revisions
Content deleted Content added
m r2.7.1) (Roboti Guterana: gl:Cancro de pulmón |
m r2.6.4) (Roboti Guterana: ro:Cancer pulmonar |
||
Umurongo 52: | Umurongo 52: | ||
[[pt:Câncer de pulmão]] |
[[pt:Câncer de pulmão]] |
||
[[qu:Surq'an phiru unquy]] |
[[qu:Surq'an phiru unquy]] |
||
[[ro:Cancer pulmonar]] |
|||
[[ru:Рак лёгкого]] |
[[ru:Рак лёгкого]] |
||
[[sh:Rak pluća]] |
[[sh:Rak pluća]] |
Isubirwamwo nka 08:51, 27 Nyakanga 2011
Kanseri yo mu bihaha ni yombi kurusha izindi kanseri, ariko nanone niyo yoreshye mu kwirinda. Abakabakaba 9/10 bafite kanseri yo mu bihaha bayiterwa no kunkwa itabi.
Kuvura abantu kanseri yo mu bihaha biri gutera imbere, ariko ntamuti wari waboneka. Ikingenzi wakora kugira ngo urinde ibibi abagicicije nawe ubwawe ni ukutankwa itabi. Na none, kureba niba irimo umwuka (gaze) bita radon, ni umwuka mubi ukaba ari uwakabiri mu gutera kanseri yo mu bihaha.