Roma
Jump to navigation
Jump to search
Roma n’umurwa mukuru w’Ubutaliyani.
Igisagara ca Roma arico kirimwo umurwa mukuru w’Ekleziya Gatorika y’i Roma. Romulus yitiriwe umujyi wa Roma, abaturage baho bitwa Abaroma.