Help:Contents
From Wikipedia
ndabaramukije mwese jewe nagomba ndabasa be abarundi izina muragi wese bikwiye koyokwubahirizwa guko numwanya imana yamurema ntiyamwase ugabo nivyamubayeko kandib bakwiye kwigiswa gusoma hamwe nokiwandika guko harigihe mumisi irimberer bazohava bateza igihugu imbere erega nabaragi harico bagomba kwimarira mugabo bakabura uwububafashamwo kangi barafise ishavuy mumitima yabo gu7ko bitashoboka kobavugana nabaNDI BANTU ngobaturure ivyiyumviro vyabo NDABIBASAVYE BARUNDI MUVYITEHO NAJEWE NDAVYANDITSE NDUMURAGI MUGABO SINDIMUBURUNDI ARIKO IYABA BISHOBOKA NOJE KUBASERUKIRAKO IMANA IBAHEZAGIRE MWESE HAMWE NIMIRYANGO YANYU