Baza ikibazo

From Wikipedia
Jump to: navigation, search

Jewe ngomba mbaze iki kibazo. ni kuki abarundi ba da korera hamwe? ico nico kibazo cambere, ica kabili, ni kuki muburundi tutokwita kwisuku aho tu baye, Akaroro: Nk'inzuzi nico kiyaga Tanganyika tukama tuhagirira isuku tu kubaka amazu kumazi, natwe tu kiga technologie, erega turi inyuma yabandi.