Çamlıdere

From Wikipedia
Jump to: navigation, search
Ikarita y’intara y’Ankara n’akarere ka Çamlıdere

Akarere ka Çamlıdere (soma «camlidere»; izina mu giturukiya : Çamlıdere ilçesi ) ni akarere kari mu ntara y’Ankara y’igihugu cya Turukiya. Akarere ka Çamlıdere ni kamwe mu turere 16 tugize Intara y’Ankara. Akarere gatuwe n’abaturage bagera kuri 9.862 (abagabo 4.944 n’abagore 4.918)[1] , batuye kubuso bwa km² 632,63 .

Izina[edit | edit source]

Iryo zina ryakomotse ku magambo 2 yo m’ururimi rw’igiturukiya ariyo («çamlı» 'umubunda' na «dere» 'umugezi').

Akarere gahana imbibe[edit | edit source]

Gahana imbibi na:

Mu majyaruguru : Intara ya Bolu n’Akarere ka Kızılcahamam
Mu burasirazuba : Akarere ka Kızılcahamam
Mu majyepfo : Akarere ka Kızılcahamam, Akarere ka Güdül n’Akarere ka Beypazarı
Mu burengerazuba : Intara ya Bolu

Ubuyobozi bwa Çamlıdere[edit | edit source]

Umuyobozi w’akarere  : Aydın Erdoğan
Umuyobozi w’umujyi : Hazım Caner Can

Imibare y’abaturage[edit | edit source]

Imyaka Umujyi Imidugudu Igiteranyo
2009 4.838 4.401 9.239
2007 4.681 4.648 9.329
2000 6.303 9.036 15.339
1997 11.541 10.237 21.778
1990 10.075 9.290 19.365
1985 6.702
1980 5.089
1975 4.320
1970 3.759
1965 3.132
1960 2.950

references[edit | edit source]

  1. TÜİK

Imiyoboro[edit | edit source]